UBUHANUZI 20 BGA BEBA GEDEON KU BURUNDIUmuhanuzi BEBA Guidiyoni yari umurundi avuka mu ntara ya Makamaba akaba yari yarahungiye mu gihugu ca Tanzaniya kubera intambara yabaye mu gihugu c’Uburundi mu mwaka wa 1972. Yasengera mw’Ishengero rya Pantecote i GATUMBA muri Tanzaniya mugabo akagenda arashikiriza ubuhanuzi Uhoraho Imana yahora imubgira cane cane aburire Ihanga ry’Abarundi. Hariho […]
melalui UBUVUGISHWA 20 BGA BEBA GIDIYONI KU BURUNDI — Ihanga Ryera ry-Imana